Khadja Nin — Turasa letra e tradução

A página contém a letra e a tradução em português da música "Turasa" de Khadja Nin.

Letra

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n’umworo wo hirya agasa
n’umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki?
ko mbona

Tradução da letra

guia o filho da mãe
uwuvuga ngo umuntu arun bring uwundi
yego nanje ndibonera
ele é imibiri Yose idasa
UYU urera
urya kirabura
uri avisou uravanze
porquê
povo do mundo camaradas
norte sul são iguais
povo do mundo camaradas
todos são iguais
porque abrigas um porto?
fadiga Arasa
n'umworo wo hirya agasa
n de no
umwana wanje ansera
kurya ser agusera
abavyeyi turasa
nenhum filho da mãe
abantu dupfa se?
porquê